1 Abami 7:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Hanyuma Hiramu+ akora amabesani+ n’ibiyozo+ n’amabakure+. Amaherezo Hiramu arangiza+ gukora igikorwa cose yakoreye Umwami Salomo ku bijanye n’inzu ya Yehova:
40 Hanyuma Hiramu+ akora amabesani+ n’ibiyozo+ n’amabakure+. Amaherezo Hiramu arangiza+ gukora igikorwa cose yakoreye Umwami Salomo ku bijanye n’inzu ya Yehova: