ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 7:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Amaherezo Salomo akora ibikoresho vyose vy’inzu ya Yehova, igicaniro+ c’inzahabu n’imeza+ yo mu nzahabu yariko imikate yerekanwa*,

  • 2 Ngoma 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Vyongeye, akora imeza cumi, azishira mu rusengero, zitanu iburyo na zitanu ibubamfu+, hanyuma akora amabakure ijana y’inzahabu.

  • 2 Ngoma 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Barafumbishiriza Yehova buri gitondo na buri mugoroba amashikanwa aturirwa+ be n’imibavu imota neza+; kandi imikate igerekeranye iri ku meza y’inzahabu itavanze+, hakabaho n’igitereko c’amatara c’inzahabu+ n’amatara yaco yatswa buri mugoroba+; kuko tuguma dushitsa ivyo Yehova Imana yacu adusaba+, mugabo mwebwe mwaramuhevye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika