ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 6:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Ariko ishikanwa ry’igicumuro ryose rizoba ryakuweko makeyi ku maraso+ akazanwa mw’ihema ry’ihuriro ku bwo gutanga impongano ha hantu heranda, ntirize riribwe. Ni ukuriturira n’umuriro.

  • Abaroma 5:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko nimba, igihe twari abansi+, twasubijwe hamwe n’Imana biciye ku rupfu rw’Umwana wayo+, ubu ko twasubijwe hamwe, tuzorushiriza gukizwa n’ubuzima bwiwe+.

  • Abaheburayo 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika