Abalewi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nimba ishikanwa ryiwe ari ishikanwa riturirwa+ ryo mu busho, ikigabo kitagira agahonzi+ ni co akwiye gushikiriza. Akwiye kugishikiririza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro avyigombeye, imbere ya Yehova+. Abalewi 23:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 uretse amasabato ya Yehova+, ingabirano zanyu+, amashikanwa yanyu yose y’indagano+, be n’amashikanwa yanyu yose atangwa ku bushake+, bimwe mukwiye guha Yehova.
3 “‘Nimba ishikanwa ryiwe ari ishikanwa riturirwa+ ryo mu busho, ikigabo kitagira agahonzi+ ni co akwiye gushikiriza. Akwiye kugishikiririza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro avyigombeye, imbere ya Yehova+.
38 uretse amasabato ya Yehova+, ingabirano zanyu+, amashikanwa yanyu yose y’indagano+, be n’amashikanwa yanyu yose atangwa ku bushake+, bimwe mukwiye guha Yehova.