ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 16:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Na we ababwira ati: “Ni vyo Yehova yavuze. Ejo hazoba ihimbazwa ry’isabato, ikazoba ari isabato nyeranda ya Yehova+. Ivyo mushoboye kwotsa mwotse, n’ivyo mushoboye guteka muteke+, ibisagutse vyose na vyo mubibike, mubizigame gushika mu gitondo.”

  • Kuvayo 20:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Mu kwibuka umusi w’isabato ngo uwufate ko ari mweranda+,

  • Kuvayo 31:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Nayo wewe, barira bene Isirayeli uti: ‘Canecane amasabato yanje mubwirizwa kuyubahiriza+, kuko ari ikimenyetso hagati yanje namwe mu mayaruka yanyu, kugira mumenye yuko jewe Yehova ndiko ndabeza+.

  • Yesaya 56:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hahiriwe umuntu akora ivyo+, n’umwana w’abantu abigumya+, akubahiriza isabato kugira ntayihumanye+, kandi akarinda ukuboko kwiwe kugira ntigukore ikibi na kimwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika