2 Ngoma 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ukuboko kw’Imana y’ukuri kuba no muri Yuda kugira kubahe umutima umwe+ ngo bashitse ibwirizwa+ ry’umwami n’abaganwa ku bijanye n’ibintu vya Yehova+. Zaburi 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Icipfuzo c’abatekereza ntuzobura kucumva+, Yehova we!Uzotegura umutima wabo+.Uzokwumviriza n’ugutwi kwawe+, Zaburi 136:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umwe akora ibintu vy’agatangaza bikomeye wenyene+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+; Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026) Sohoka Injira Ikirundi Rungika Uko vyoza bimeze Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania Amasezerano agenga ikoreshwa Ibijanye no kugumya ibanga Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga JW.ORG Injira Rungika Rungika kuri Email
12 Ukuboko kw’Imana y’ukuri kuba no muri Yuda kugira kubahe umutima umwe+ ngo bashitse ibwirizwa+ ry’umwami n’abaganwa ku bijanye n’ibintu vya Yehova+.
17 Icipfuzo c’abatekereza ntuzobura kucumva+, Yehova we!Uzotegura umutima wabo+.Uzokwumviriza n’ugutwi kwawe+, Zaburi 136:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umwe akora ibintu vy’agatangaza bikomeye wenyene+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;
4 Umwe akora ibintu vy’agatangaza bikomeye wenyene+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;