ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mbere n’ivyo utasavye nzobiguha+, ubutunzi+ n’ubuninahazwa, ku buryo mu bami hatazoboneka n’umwe ameze nkawe, mu misi yawe yose+.

  • 1 Ngoma 29:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Yehova abandanya kugira Salomo uwuhambaye bihebuje+ mu maso ya Isirayeli yose, no gushira kuri we iteka rya cami ritari bwabe ku mwami n’umwe yamwitangiye imbere mu kuganza Isirayeli+.

  • Umusiguzi 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nabaye uwuhambaye, ndagwiza ibintu, kuruta uwo ari we wese yabayeho imbere yanje i Yeruzalemu+. Vyongeye, ubukerebutsi bwanje narabugumanye+.

  • Matayo 6:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 mugabo ndababwiye yuko na Salomo ari Salomo+ mu buninahazwa bwiwe bwose atari ashajije nka rimwe muri ayo.

  • Matayo 12:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Wa mwamikazi wo mu bumanuko+ azohagurutsanywa n’iri yaruka mu rubanza aritsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Salomo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika