2 Ngoma 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ubukerebutsi n’ubumenyi urabihawe+; nzoguha n’ubutunzi n’amatungo n’iteka ata bami bakwitangiye imbere bigeze bagira+, kandi ata n’umwe azoza mu nyuma zawe azogira+.” 2 Ngoma 9:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Vyongeye, amafeza umwami ayagira nk’amabuye i Yeruzalemu; ibiti vy’amasederi na vyo abigira nk’ibiti vy’imisukomora+ biri muri Shefela*+, mu bwinshi+. 2 Ngoma 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova aguma ashimangiye ubwami mu kuboko kwiwe+; kandi Yuda yose ibandanya guha impano+ Yehoshafati, maze agira ubutunzi bwinshi n’ubuninahazwa bwinshi+.
12 ubukerebutsi n’ubumenyi urabihawe+; nzoguha n’ubutunzi n’amatungo n’iteka ata bami bakwitangiye imbere bigeze bagira+, kandi ata n’umwe azoza mu nyuma zawe azogira+.”
27 Vyongeye, amafeza umwami ayagira nk’amabuye i Yeruzalemu; ibiti vy’amasederi na vyo abigira nk’ibiti vy’imisukomora+ biri muri Shefela*+, mu bwinshi+.
5 Yehova aguma ashimangiye ubwami mu kuboko kwiwe+; kandi Yuda yose ibandanya guha impano+ Yehoshafati, maze agira ubutunzi bwinshi n’ubuninahazwa bwinshi+.