2 Abami 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nuko Farawo Neko+ amushira mu mvuto+ i Ribula+ mu gihugu ca Hamati, kugira ngo amubuze kuganza i Yeruzalemu, maze ategeka igihugu gutanga amande+ y’italanto ijana z’ifeza+ n’italanto imwe y’inzahabu+. Yeremiya 46:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku vya Misiri+, ku bijanye n’inteko za gisirikare za Farawo Neko umwami wa Misiri+, izari iruhande y’uruzi Efurate i Karikemishi+, izo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yatsinze mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda:
33 Nuko Farawo Neko+ amushira mu mvuto+ i Ribula+ mu gihugu ca Hamati, kugira ngo amubuze kuganza i Yeruzalemu, maze ategeka igihugu gutanga amande+ y’italanto ijana z’ifeza+ n’italanto imwe y’inzahabu+.
2 Ku vya Misiri+, ku bijanye n’inteko za gisirikare za Farawo Neko umwami wa Misiri+, izari iruhande y’uruzi Efurate i Karikemishi+, izo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yatsinze mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda: