ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 3:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 ‘Ewe Mukama Segaba Yehova, wewe ubwawe ni we watanguye kwereka umusavyi wawe ubukuru bwawe+ n’ukuboko kwawe+ gukomeye, kuko, ni nde mana mu majuru canke kw’isi ikora ibikorwa nk’ivyawe n’ibikorwa vy’ubushobozi nk’ivyawe+?

  • Yosuwa 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Tuvyumvise, imitima yacu yaciye itangura gushonga+, kandi nta n’umwe yasubiye kugira umutima rugabo kubera mwebwe+, kuko Yehova Imana yanyu ari Imana mu majuru hejuru no kw’isi hasi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika