1 Abami 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Yari inkerebutsi kuruta uwundi muntu uwo ari we wese, kuruta Etani+ Umwezerahi na Hemani+ na Kalikoli+ na Darida bene Maholi; nuko ukuba rurangiranwa kwiwe gukwira mu mahanga yose yari irya n’ino+. 1 Abami 4:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Abantu baguma baza bavuye mu bisata vy’abantu vyose kugira ngo bumve ubukerebutsi+ bwa Salomo, egome, bavuye mu bami bose bo mw’isi bari barumvise ivyerekeye ubukerebutsi bwiwe+. 2 Ngoma 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ubukerebutsi n’ubumenyi urabihawe+; nzoguha n’ubutunzi n’amatungo n’iteka ata bami bakwitangiye imbere bigeze bagira+, kandi ata n’umwe azoza mu nyuma zawe azogira+.”
31 Yari inkerebutsi kuruta uwundi muntu uwo ari we wese, kuruta Etani+ Umwezerahi na Hemani+ na Kalikoli+ na Darida bene Maholi; nuko ukuba rurangiranwa kwiwe gukwira mu mahanga yose yari irya n’ino+.
34 Abantu baguma baza bavuye mu bisata vy’abantu vyose kugira ngo bumve ubukerebutsi+ bwa Salomo, egome, bavuye mu bami bose bo mw’isi bari barumvise ivyerekeye ubukerebutsi bwiwe+.
12 ubukerebutsi n’ubumenyi urabihawe+; nzoguha n’ubutunzi n’amatungo n’iteka ata bami bakwitangiye imbere bigeze bagira+, kandi ata n’umwe azoza mu nyuma zawe azogira+.”