-
2 Ngoma 9:1Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Nuko umwamikazi wa Sheba+ yumva inkuru yerekeye Salomo, maze aza i Yeruzalemu kugeza Salomo n’ibibazo bigoye+, ari kumwe n’umurongo w’akumiza rwose umuherekeje n’ingamiya+ zitwaye amavuta y’umusomozo*+, n’inzahabu+ nyinshi, n’amabuye y’agaciro+. Amaherezo yinjira kwa Salomo maze avugana na we ibijanye n’ikintu cose cari kimuri ku mutima+.
-