Imigani 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 kandi muguma mufata minenegwe inama yanje yose+, n’igikangiro canje ntimwacemeye+; Imigani 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umviriza impanuro kandi wemere indero+, kugira ngo uze ucike inkerebutsi muri kazoza kawe+. Umusiguzi 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Vyongeye kandi, mu nzira yose igipfu kigenderamwo+, umutima waco urabura, kikabwira umuntu wese ko ari igipfu+. Yesaya 30:1 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Baragowe abana b’intagondwa+,” ni ko Yehova avuga, “abagomba gushitsa impanuro, mugabo atari iyivuye kuri jewe+, bakagomba no gusuka ikinyobwa c’ishikanwa, mugabo batabigiranye impwemu yanje, kugira ngo bongere igicumuro ku kindi+;
3 Vyongeye kandi, mu nzira yose igipfu kigenderamwo+, umutima waco urabura, kikabwira umuntu wese ko ari igipfu+.
30 “Baragowe abana b’intagondwa+,” ni ko Yehova avuga, “abagomba gushitsa impanuro, mugabo atari iyivuye kuri jewe+, bakagomba no gusuka ikinyobwa c’ishikanwa, mugabo batabigiranye impwemu yanje, kugira ngo bongere igicumuro ku kindi+;