ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yehova abata mu muvurungano imbere ya Isirayeli+, maze batangura kubagandagura, inganda ziratikira bimwe bikomeye i Gibeyoni+, babakurikira baciye mu nzira y’umudugo wa Beti-horoni, barabasasika gushika i Azeka+ n’i Makeda+.

  • Nehemiya 11:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 i Zanowa+, i Adulamu+ no mu mihana irundanye ihakukira, i Lakishi+ no mu turere twaho, be n’i Azeka+ no mu bisagara bihakukira. Nuko bakambika kuva i Beyeri-sheba gushika ku mubande wa Hinomu+.

  • Yeremiya 34:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 igihe inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni zariko zirwanya Yeruzalemu n’ibisagara vyose vya Yuda vyari bisigaye+, zirwanya Lakishi+ na Azeka+; kuko ivyo bisagara, ivyari bikingijwe ibihome+, ari vyo vyari bisigaye mu bisagara vya Yuda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika