1 Samweli 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko binjiye maze akabona Eliyabu+, aca avuga ati: “Emwe, uwo Yehova yarobanuje amavuta ari imbere yiwe.” 1 Samweli 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko bene Yese batatu bakuru baragenda. Bakurikira Sauli mu ntambara+; amazina ya nya bahungu biwe batatu bagiye mu ntambara yari Eliyabu+ imfura, n’umuhungu wiwe agira kabiri Abinadabu+ be n’uwugira gatatu Shama+.
6 Nuko binjiye maze akabona Eliyabu+, aca avuga ati: “Emwe, uwo Yehova yarobanuje amavuta ari imbere yiwe.”
13 Nuko bene Yese batatu bakuru baragenda. Bakurikira Sauli mu ntambara+; amazina ya nya bahungu biwe batatu bagiye mu ntambara yari Eliyabu+ imfura, n’umuhungu wiwe agira kabiri Abinadabu+ be n’uwugira gatatu Shama+.