Gusubira mu vyagezwe 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntakwiye kandi kwigwiriza abagore, kugira umutima wiwe ntuhave ukevya+; eka kandi ntakwiye kwiyongerereza ifeza n’inzahabu cane rwose+. 2 Samweli 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Muri ico gihe, Dawidi aronka izindi ncoreke+ yabira n’abandi bagore+ i Yeruzalemu amaze kuva i Heburoni; nuko Dawidi avyarirwa abandi bahungu n’abakobwa. 1 Abami 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Agira abagore amajana indwi, abaganwakazi, n’incoreke amajana atatu; buhorobuhoro+, abagore biwe bahengekera umutima wiwe ahandi.
17 Ntakwiye kandi kwigwiriza abagore, kugira umutima wiwe ntuhave ukevya+; eka kandi ntakwiye kwiyongerereza ifeza n’inzahabu cane rwose+.
13 Muri ico gihe, Dawidi aronka izindi ncoreke+ yabira n’abandi bagore+ i Yeruzalemu amaze kuva i Heburoni; nuko Dawidi avyarirwa abandi bahungu n’abakobwa.
3 Agira abagore amajana indwi, abaganwakazi, n’incoreke amajana atatu; buhorobuhoro+, abagore biwe bahengekera umutima wiwe ahandi.