2 Abami 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kubera ko bakoze ivyari bibi mu maso yanje, bakaguma bambabaza kuva umusi ba sekuruza bava mu Misiri gushika n’uyu musi+.’” 2 Ngoma 34:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 kubera ko bampevye+ bakaja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+, kugira ngo bambabarishe+ ibikorwa vyose vy’amaboko yabo+. Ku bw’ivyo, ubushangashirwe bwanje+ buzosukwa aha hantu, ntibuzime+.’” Nehemiya 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+. Yesaya 59:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+. Yeremiya 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Vy’ukuri, abahanuzi bavuga ubuhanuzi mu kinyoma+; nayo abaherezi, bakandamiza abantu bisunze ububasha bwabo+. Kandi abantu banje bakunze ko biba gutyo+; none muzogira mute kw’iherezo ryavyo+?” Daniyeli 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 twaracumuye+, dukora ibitari vyo, dukora ivy’ububisha, turagarariza+; twarakebeje tuva ku mabwirizwa yawe no ku ngingo zawe z’ubutungane*+.
15 kubera ko bakoze ivyari bibi mu maso yanje, bakaguma bambabaza kuva umusi ba sekuruza bava mu Misiri gushika n’uyu musi+.’”
25 kubera ko bampevye+ bakaja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+, kugira ngo bambabarishe+ ibikorwa vyose vy’amaboko yabo+. Ku bw’ivyo, ubushangashirwe bwanje+ buzosukwa aha hantu, ntibuzime+.’”
26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.
2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.
31 Vy’ukuri, abahanuzi bavuga ubuhanuzi mu kinyoma+; nayo abaherezi, bakandamiza abantu bisunze ububasha bwabo+. Kandi abantu banje bakunze ko biba gutyo+; none muzogira mute kw’iherezo ryavyo+?”
5 twaracumuye+, dukora ibitari vyo, dukora ivy’ububisha, turagarariza+; twarakebeje tuva ku mabwirizwa yawe no ku ngingo zawe z’ubutungane*+.