ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kuko namenyanye na we kugira ategeke abahungu biwe n’urugo rwiwe mu nyuma ziwe, ku buryo bazogumya inzira ya Yehova kugira bashitse ubugororotsi n’ubutungane+; kugira Yehova ashitse koko kuri Aburahamu ivyo yavuze ku bimwerekeye+.”

  • Zaburi 112:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Uruvyaro rwiwe ruzogira inkomezi mw’isi+.

      ד [Daleti]

      Nayo iyaruka ry’abagororotse, rizohezagirwa+.

  • Imigani 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umuntu mwiza asigira intoranwa abana b’abana biwe, kandi ubutunzi bw’umucumuzi ni ikintu kibikiwe muri ntibate umugororotsi+.

  • Imigani 20:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Umugororotsi agendera mu gutungana kwiwe+. Hahiriwe abana biwe mu nyuma ziwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika