Ezira 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vyongeye kuri jewe hakoranira abantu bose bariko bajugumira+ kubera amajambo y’Imana ya Isirayeli yiyamiriza ubuhemu bw’abajanywe ari inyagano, mu gihe nari nicaye njumarariwe gushika igihe c’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+. Daniyeli 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.
4 Vyongeye kuri jewe hakoranira abantu bose bariko bajugumira+ kubera amajambo y’Imana ya Isirayeli yiyamiriza ubuhemu bw’abajanywe ari inyagano, mu gihe nari nicaye njumarariwe gushika igihe c’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.
3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.