ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko bemeye kwabira bamwe mu bakobwa babo bakemera n’uko bamwe mu bakobwa babo babirwa n’abahungu babo+; kandi ubwabo, bo ruvyaro rweranda+, barivanze+ n’abantu bo muri ivyo bihugu, kandi ukuboko kw’abaganwa n’ivyegera vy’abatware kwabaye ukwa mbere+ muri ubwo buhemu.”

  • Nehemiya 13:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kandi umwe muri bene Yoyada+, Yoyada mwene Eliyashibu+ umuherezi mukuru, yari umukwe wa Sanibalati+ Umuhoroni+. Nuko ndamwirukana, amva iruhande+.

  • Ezekiyeli 44:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ntibaze babire umupfakazi canke umugore yahukanye+, ariko bashobora kwabira abigeme b’isugi bo mu ruvyaro rw’inzu ya Isirayeli+ canke umupfakazi asigwa n’umuherezi.’

  • Malaki 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Ariko mwebwe, mwarakebeje muta inzira+. Mwatumye benshi batsitara mu bijanye n’itegeko+. Mwarononye isezerano rya Lewi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika