1 Ngoma 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kandi gushika ico gihe yari mw’irembo ry’umwami+ mu buseruko. Abo ni bo bari abarinzi b’amarembo b’amakambi ya bene Lewi+. 1 Ngoma 26:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ubupfindo bwo mu buseruko buba ubwa Shelemiya+. Bapfinda ubupfindo ku bwa Zekariya+ umuhungu wiwe, umujanama+ yiyubara, maze ubupfindo bwiwe busohoka bwerekana mu buraruko+. 2 Ngoma 31:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kore mwene Imuna Umulewi yari umurinzi w’irembo+ mu buseruko+, akaba yari ajejwe amashikanwa atangwa ku bushake+ y’Imana y’ukuri, kugira atange intererano za Yehova+ n’ibintu vyeranda rwose+.
18 kandi gushika ico gihe yari mw’irembo ry’umwami+ mu buseruko. Abo ni bo bari abarinzi b’amarembo b’amakambi ya bene Lewi+.
14 Maze ubupfindo bwo mu buseruko buba ubwa Shelemiya+. Bapfinda ubupfindo ku bwa Zekariya+ umuhungu wiwe, umujanama+ yiyubara, maze ubupfindo bwiwe busohoka bwerekana mu buraruko+.
14 Kore mwene Imuna Umulewi yari umurinzi w’irembo+ mu buseruko+, akaba yari ajejwe amashikanwa atangwa ku bushake+ y’Imana y’ukuri, kugira atange intererano za Yehova+ n’ibintu vyeranda rwose+.