Imigani 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse. Amosi 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’
13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.
15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’