ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Kuko Yehova azocira urubanza abantu biwe+

      Kandi azokwicuza ku bijanye n’abasavyi biwe+,

      Kuko azobona ko icishimikizo cazimanganye

      Hakaba hasigaye gusa uwutagira gitabara, uwutagira ico amaze.

  • 2 Samweli 22:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Nayo abansi banje, ntuzobura kumpa igikanu cabo+;

      Abanyanka urunuka, na bo nyene nzobanumya+.

  • Zaburi 30:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Wampinduriye ikigandaro canje kiba ugutamba+;

      Watekuruye igunira* ryanje, uguma unkenyeje umunezero+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika