ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Yehova buno abwira Musa ati: “Andika ibi mu gitabu+ bibe icibutso, wongere ubimenyeshe mu matwi ya Yosuwa, uti: ‘Nzohanagura buhere ukwibukwa kwa Amaleki munsi y’amajuru+.’”

  • Kuvayo 17:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 avuga ati: “Kubera ko hari ukuboko kuriko kurarwanya intebe y’ubwami+ ya Ya*+, Yehova azorwana intambara na Amaleki uva kw’iyaruka uja ku rindi+.”

  • Guharura 24:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Amazi aguma aseseka avuye mu ndobo ziwe zibiri z’inshato,

      Kandi imbuto yiwe iri iruhande y’amazi menshi+.

      Eka umwami+ wiwe azoba hejuru kuruta Agagi+,

      Kandi ubwami bwiwe buzoshirwa hejuru+.

  • Zaburi 21:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ivyamwa vyabo uzobirandura bive kw’isi+,

      N’uruvyaro rwabo ruve mu bana b’abantu+.

  • Zaburi 109:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Uruvyaro rwiwe nirube urwo kurandurwa+.

      Mw’iyaruka rizokurikira, izina ryabo rize rihanagurwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika