Esiteri 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira ngo abategeke+ kwama bahimbaza umusi ugira cumi na kane w’ukwezi kwa Adari be n’umusi ugira cumi na gatanu wakwo, buri mwaka, Esiteri 9:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 kugira ngo yemeze iyo misi ya Purimu mu bihe vyayo vyashinzwe, nk’uko Morudekayi Umuyuda na Esiteri umwamikazi bari babategetse+, kandi nk’uko bari bitegetse ivy’ukwisonzesha+ n’ugutabaza kwabo+, bakabitegeka n’uruvyaro rwabo+.
21 kugira ngo abategeke+ kwama bahimbaza umusi ugira cumi na kane w’ukwezi kwa Adari be n’umusi ugira cumi na gatanu wakwo, buri mwaka,
31 kugira ngo yemeze iyo misi ya Purimu mu bihe vyayo vyashinzwe, nk’uko Morudekayi Umuyuda na Esiteri umwamikazi bari babategetse+, kandi nk’uko bari bitegetse ivy’ukwisonzesha+ n’ugutabaza kwabo+, bakabitegeka n’uruvyaro rwabo+.