Kuvayo 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko Musa aramvura inkoni yiwe ayerekeza mu majuru; maze Yehova arekura imituragaro n’urubura+, umuriro na wo ushungurukira kw’isi, Yehova aguma agwisha urubura ku gihugu ca Misiri. 1 Samweli 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Samweli aca ahamagara Yehova+, maze Yehova atangura kuzana imituragaro n’imvura kuri uwo musi+, ku buryo abantu bose batinya cane Yehova na Samweli. Yobu 36:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko ivyo ibikoresha mu kuburanira ibisata vy’abantu+;Itanga ibifungurwa ku bwinshi+.
23 Nuko Musa aramvura inkoni yiwe ayerekeza mu majuru; maze Yehova arekura imituragaro n’urubura+, umuriro na wo ushungurukira kw’isi, Yehova aguma agwisha urubura ku gihugu ca Misiri.
18 Samweli aca ahamagara Yehova+, maze Yehova atangura kuzana imituragaro n’imvura kuri uwo musi+, ku buryo abantu bose batinya cane Yehova na Samweli.