Abalewi 26:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+. Zaburi 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nayo jewe, nzoryama kugira nsinzire;Sinzobura kwikangura, kuko Yehova ubwiwe aguma anshigikiye+. Imigani 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Niwaryama, nta bwoba uzokwumva+; kandi uzokwiryamira koko, agatiro kawe kabe akaryoshe+.
6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+.