Yobu 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iwe ni ho habarizwa ubukerebutsi n’ubushobozi+;Ni we afise impanuro n’ugutegera+. Zaburi 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umuntu buntu*+ ni iki ku buryo umwibuka+,N’umwana w’umuntu yakuwe mw’ivu ku buryo umwitaho+? Yesaya 40:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Ariko mwonsanisha na nde ngo tube abangana?”, ni ko wa Mweranda avuga+. Yesaya 55:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+, ni ko n’inzira zanje ziri hejuru cane y’inzira zanyu+, n’ivyiyumviro vyanje bikaba hejuru cane y’ivyiyumviro vyanyu+.
9 “Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+, ni ko n’inzira zanje ziri hejuru cane y’inzira zanyu+, n’ivyiyumviro vyanje bikaba hejuru cane y’ivyiyumviro vyanyu+.