ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehova yongera kubwira Shetani ati: “Mbega washize umutima wawe ku musavyi wanje Yobu+, ukabona ko ata n’umwe ameze nka we mw’isi, ko ari umuntu atagirako umugayo kandi agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+? Mbere n’ubu aracagumije ugutungana* kwiwe+, naho unshuhurira+ kuri we ngo ndamurotse ata gituma+.”

  • Ezekiyeli 14:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 naho Nowa+, Daniyeli+ na Yobu+ bobaye bari hagati muri co+, ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘nta muhungu canke umukobwa borokoye; abo ubwabo borokoye ubuzima bwabo kubera ubugororotsi bwabo+.’”

  • Yakobo 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Raba! Abihanganye tubita abahirwe+. Mwarumvise ivya kwa kwihangana kwa Yobu+ mwongera murabona icavuyemwo gitanzwe na Yehova+, murabona yuko Yehova ari umunyakibabarwe cane n’umunyembabazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika