1 Abami 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko umwami agisha inama+ maze akora inyana zibiri z’inzahabu+ hanyuma abwira abantu ati: “Birarenze urugero kuri mwebwe kuduga i Yeruzalemu. Ng’iyi Imana yawe+, ewe Isirayeli, yakuduganye igukuye mu gihugu ca Misiri+.” 2 Abami 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko ntibumviriza+, mugabo Manase aguma abosha gukora ivyari bibi+ kurusha amahanga+ Yehova yari yarazimanganije imbere ya bene Isirayeli.
28 Nuko umwami agisha inama+ maze akora inyana zibiri z’inzahabu+ hanyuma abwira abantu ati: “Birarenze urugero kuri mwebwe kuduga i Yeruzalemu. Ng’iyi Imana yawe+, ewe Isirayeli, yakuduganye igukuye mu gihugu ca Misiri+.”
9 Nuko ntibumviriza+, mugabo Manase aguma abosha gukora ivyari bibi+ kurusha amahanga+ Yehova yari yarazimanganije imbere ya bene Isirayeli.