1 Samweli 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mu nyuma Sauli atuma intumwa+ ku nzu ya Dawidi kugira ngo ziyigumizeko ijisho no kugira ngo amwicishe mu gitondo+; mugabo Mikali umugore wiwe abwira Dawidi ati: “Nutahunga muri iri joro, ejo uzoba wishwe.” 2 Samweli 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ahitofeli abwira Abusalomu ati: “Ndakwinginze ureke ntore abagabo ibihumbi cumi na bibiri maze mpaguruke, nome inyuma Dawidi muri iri joro+. Yohani 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yuda rero ahitana umugwi w’abasoda n’abapolisi b’abakuru b’abaherezi n’ab’Abafarizayo, baza ng’aho bafise ibimuri n’amatara n’ibirwanisho+. Yohani 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze bakura Yezu kwa Kayifa bamujana ku kirimba ca buramatari+. Hari hakiri kare mu gatondo. Mugabo bobo ntibinjiye mu kirimba ca buramatari, ngo ntibahumane+, bashobore kurya pasika. Ivyakozwe 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ariko Sauli amenya umugambi mubi bamugiriye. Mugabo n’amarembo baguma bayareretse bavyitondeye ku murango no mw’ijoro kugira bamwice+.
11 Mu nyuma Sauli atuma intumwa+ ku nzu ya Dawidi kugira ngo ziyigumizeko ijisho no kugira ngo amwicishe mu gitondo+; mugabo Mikali umugore wiwe abwira Dawidi ati: “Nutahunga muri iri joro, ejo uzoba wishwe.”
17 Ahitofeli abwira Abusalomu ati: “Ndakwinginze ureke ntore abagabo ibihumbi cumi na bibiri maze mpaguruke, nome inyuma Dawidi muri iri joro+.
3 Yuda rero ahitana umugwi w’abasoda n’abapolisi b’abakuru b’abaherezi n’ab’Abafarizayo, baza ng’aho bafise ibimuri n’amatara n’ibirwanisho+.
28 Maze bakura Yezu kwa Kayifa bamujana ku kirimba ca buramatari+. Hari hakiri kare mu gatondo. Mugabo bobo ntibinjiye mu kirimba ca buramatari, ngo ntibahumane+, bashobore kurya pasika.
24 Ariko Sauli amenya umugambi mubi bamugiriye. Mugabo n’amarembo baguma bayareretse bavyitondeye ku murango no mw’ijoro kugira bamwice+.