Zaburi 36:1 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ico ukugabitanya kubwira umubisha, kiri hagati mu mutima wiwe+;Nta kugirira ubwoba Imana kuri imbere y’amaso yiwe+. Zefaniya 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi uku ni ko bizoba ico gihe: nzoseranguza i Yeruzalemu amatara+, niteho ivy’abantu biyegeraniriza ku rutere+, bakavuga mu mutima wabo ngo: ‘Yehova nta ciza azokora, kandi nta kibi azokora+.’
36 Ico ukugabitanya kubwira umubisha, kiri hagati mu mutima wiwe+;Nta kugirira ubwoba Imana kuri imbere y’amaso yiwe+.
12 “Kandi uku ni ko bizoba ico gihe: nzoseranguza i Yeruzalemu amatara+, niteho ivy’abantu biyegeraniriza ku rutere+, bakavuga mu mutima wabo ngo: ‘Yehova nta ciza azokora, kandi nta kibi azokora+.’