Zaburi 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kubera iki umubisha yagaye Imana+?Yavuze mu mutima wiwe ngo: “Ntuzogira ico ubaza+.” Zaburi 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Imburabwenge yavuze mu mutima wayo ngo:“Yehova nta wuriho+.”Barikwegeye guhona+, bakoze ibiteye ishishi.Nta n’umwe ariho akora iciza+. Zaburi 94:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Baguma bavuga ngo: “Ya* ntabibona+;Imana ya Yakobo ntitahura+.” 2 Petero 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 bavuga+ ngo: “Ukwo kuhaba kwiwe kwasezeranywe kuri hehe+? Erega, kuva umusi ba sogokuruza bacu basinzira mu rupfu, ibintu vyose bibandanya neza na neza nko kuva mu ntango y’irema+.”
14 Imburabwenge yavuze mu mutima wayo ngo:“Yehova nta wuriho+.”Barikwegeye guhona+, bakoze ibiteye ishishi.Nta n’umwe ariho akora iciza+.
4 bavuga+ ngo: “Ukwo kuhaba kwiwe kwasezeranywe kuri hehe+? Erega, kuva umusi ba sogokuruza bacu basinzira mu rupfu, ibintu vyose bibandanya neza na neza nko kuva mu ntango y’irema+.”