Zaburi 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umviriza ijwi ry’ugutabaza kwanje+,Ewe Mwami wanje+ n’Imana yanje, kuko ari wewe nsenga+. Zaburi 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+. Zaburi 102:1 Bibiliya y’isi nshasha 102 Ewe Yehova, niwumve isengesho ryanje+;Kandi ugutabaza kwanje nikugushikire+. Zaburi 130:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ewe Yehova, niwumve ijwi ryanje+.Amatwi yawe niyumvirize ijwi ry’ukwinginga kwanje+.
2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+.