ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 21:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehova yumviriza rero ijwi rya Isirayeli, atanga Abanyakanani; nuko barabatikiza, bo n’ibisagara vyabo. Ku bw’ivyo aho hantu bahita Horuma+.

  • Yosuwa 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yehova abata mu muvurungano imbere ya Isirayeli+, maze batangura kubagandagura, inganda ziratikira bimwe bikomeye i Gibeyoni+, babakurikira baciye mu nzira y’umudugo wa Beti-horoni, barabasasika gushika i Azeka+ n’i Makeda+.

  • Yeremiya 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Isirayeli yari ikintu ceranda kuri Yehova+, umwimbu wa mbere kuri we+.”’ ‘Abantu bose bamurotsa baba bikwegeye ukwagirwa n’icaha+. Ivyago vyarabazako,’ ni ko Yehova yavuze+.”

  • Yoweli 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Ewe musi uraho+! kuko umusi wa Yehova uri hafi+, kandi uzoza nk’ukunyaga kuvuye kuri Mushoboravyose!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika