Yobu 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amahema y’abanyazi nta maganya agira+,Kandi abatera Imana gushangashirwa bifitiye umutekanoUfiswe n’uwuzanye imana mu kuboko kwiwe+. Yobu 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Inzu zabo ni amahoro masa, ubwoba zirabaza+,Kandi inkoni y’Imana ntiri kuri bo.
6 Amahema y’abanyazi nta maganya agira+,Kandi abatera Imana gushangashirwa bifitiye umutekanoUfiswe n’uwuzanye imana mu kuboko kwiwe+.