ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 24:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ntugirire agashari abantu babi+, kandi ntuhahamire kujana na bo+.

  • Yesaya 26:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ewe Yehova, ukuboko kwawe kwabaye ugukirurutse+, mugabo ntibakwitegereza+. Bazovyitegereza bamaramare+ nibabona umwete ufitiye abantu bawe. Egome, umuriro+ ugenewe abarwanizi bawe uzobarigata.

  • Hoseya 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ni nde ari inkerebutsi ngo ategere ivyo bintu+? Ni nde w’ubwenge ngo abimenye+? Kuko inzira za Yehova zigororotse+; abagororotsi ni bo bazozigenderamwo+, ariko abagabitanya bazozitsitaramwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika