ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 105:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Yugurura igitandara, amazi atangura gutemba+;

      Ano agenda aca mu turere tugadutse, atemba nk’uruzi+.

  • Yesaya 48:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ntibanyotewe+ igihe yariko abacisha mu bibanza vyatikijwe+. Yabatembeshereje amazi avuye mu gitandara, asatura igitandara kugira ngo amazi arindimuke+.”

  • 1 Abakorinto 10:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 kandi bose banyoye ikinyobwa c’impwemu kimwe+. Kuko banywa ku gitandara c’impwemu+ cabakurikira, ico gitandara+ kikaba cagereranya Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika