Yohani 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yezu amwishura ati: “Iyo uba wari uzi ingabirano ya gusa+ y’Imana be n’uwukubwiye ati: ‘Mpa ico kunywa,’ wari kumusaba, na we akaguha amazi mazima+.” Yohani 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nya mugore amubwira ati: “Ndazi yuko Mesiya+ ariko araza, umwe yitwa Kristu+. Aho uwo azoshikira hose, azotumenyesha ibintu vyose adahisha.”
10 Yezu amwishura ati: “Iyo uba wari uzi ingabirano ya gusa+ y’Imana be n’uwukubwiye ati: ‘Mpa ico kunywa,’ wari kumusaba, na we akaguha amazi mazima+.”
25 Nya mugore amubwira ati: “Ndazi yuko Mesiya+ ariko araza, umwe yitwa Kristu+. Aho uwo azoshikira hose, azotumenyesha ibintu vyose adahisha.”