ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 18:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umuhanuzi ameze nka wewe ni we nzobahagurukiriza hagati ya bene wabo+; kandi nzoshira amajambo yanje mu kanwa kiwe+, na we azobabwira ivyo nzomutegeka vyose+.

  • Daniyeli 9:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ukwiye kumenya kandi ugatahura bimwe vyimbitse yuko kuva igihe hazosohorwa ijambo+ ryo gusubizaho Yeruzalemu+ no gusubira kuyubaka, gushika kuri Mesiya+ Indongozi+, hazoba amayinga indwi, habe n’amayinga mirongo itandatu n’abiri+. Hazosubiraho, hasubire kwubakwa vy’ukuri, hagire n’ikibanza ca bose be n’ikinogo, mugabo hazoba ari mu bihe vy’amarushwa.

  • Yohani 1:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Uwo yabanje kurondera mwene wabo bwite Simoni, amubwira ati: “Twabonye Mesiya+” (bikaba bisobanura ngo Kristu+).

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika