Zaburi 40:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+. Yeremiya 31:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Kuko iri ari ryo sezerano+ nzogirana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi+,” ni ko Yehova avuze. “Nzoshira itegeko ryanje muri bo+, kandi nzoryandika mu mutima wabo+. Nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”
8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+.
33 “Kuko iri ari ryo sezerano+ nzogirana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi+,” ni ko Yehova avuze. “Nzoshira itegeko ryanje muri bo+, kandi nzoryandika mu mutima wabo+. Nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”