ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 31:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Cokimwe n’umuntu yapfuye agahanagurika mu mutima, nibagiwe+;

      Nsigaye ndi nk’icombo cononekaye+;

  • Umusiguzi 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kuko ata kwibukwa kw’inkerebutsi kuhari kuruta ukw’ikijuju, gushika igihe kitagira urugero+. Mu misi imaze gutangura kuza, bose baribagirwa koko; kandi none, umuntu w’inkerebutsi azopfa gute? Azopfana n’ikijuju+.

  • Umusiguzi 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo, naho ivyo ari ko biri, narabonye ababisha bahambwa+, ingene baza n’ingene bagenda bavuye ahantu heranda+, maze bakibagirwa mu gisagara bakoreyemwo ivyo+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa.

  • Umusiguzi 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika