2 Samweli 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Genda ubwire Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nshize imbere yawe ibintu bitatu+. Niwihitiremwo kimwe muri vyo kugira ngo ndakikugirire+.”’” Zakariya 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Wa nkota we, ikangure urwanye umwungere wanje+, egome, umuntu w’umugabo mugenzanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Kubita umwungere+ intama zo mu mukuku zisabagire+; kandi sinzobura kugarukana ukuboko kwanje ku z’inkengerwa+.”
12 “Genda ubwire Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nshize imbere yawe ibintu bitatu+. Niwihitiremwo kimwe muri vyo kugira ngo ndakikugirire+.”’”
7 “Wa nkota we, ikangure urwanye umwungere wanje+, egome, umuntu w’umugabo mugenzanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Kubita umwungere+ intama zo mu mukuku zisabagire+; kandi sinzobura kugarukana ukuboko kwanje ku z’inkengerwa+.”