ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko Yehova atangura kwicuza ku nabi yari yavuze ko akorera abantu biwe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi ntihaze hagire ikintu na kimwe, emwe na kimwe, kimata ku kuboko kwawe co ku kintu caziririjwe kikagirwa ceranda+, kugira ngo Yehova ahindukire areke ishavu ryiwe rirurumba+, maze akugirire koko imbabazi kandi akwereke koko imbabazi+ yongere akugwize, nk’uko nyene yarahiye ba sogokuruza bawe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Kuko Yehova azocira urubanza abantu biwe+

      Kandi azokwicuza ku bijanye n’abasavyi biwe+,

      Kuko azobona ko icishimikizo cazimanganye

      Hakaba hasigaye gusa uwutagira gitabara, uwutagira ico amaze.

  • Zaburi 135:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko Yehova azoburanira abantu biwe+,

      Kandi azokwicuza ku vyerekeye abasavyi biwe+.

  • Amosi 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehova aricuza ku bijanye n’ico kintu+. Yehova avuga ati: “Ntibizoba.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika