Abacamanza 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Amaherezo, ehe umutama yari atashe ku mugoroba+ avuye gukora mu murima, uwo mugabo akaba yaturuka mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, kandi yari amaze igihe aba i Gibeya; mugabo abantu b’aho hantu bari Ababenyamini+. 2 Abatesalonika 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu+. Ahubwo riho, mu kubira akuya no mu gucumukura+ ijoro n’umurango, twarakora kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemeka umuzigo uzimvye+.
16 Amaherezo, ehe umutama yari atashe ku mugoroba+ avuye gukora mu murima, uwo mugabo akaba yaturuka mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, kandi yari amaze igihe aba i Gibeya; mugabo abantu b’aho hantu bari Ababenyamini+.
8 eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu+. Ahubwo riho, mu kubira akuya no mu gucumukura+ ijoro n’umurango, twarakora kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemeka umuzigo uzimvye+.