Itanguriro 34:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko Yakobo abwira Simeyoni na Lewi+ ati: “Mwankwegeye gukumirwa mu kungira akanuka ku baba mu gihugu+, ku Banyakanani n’Abaperizi; ko ndi imparurwa+, ntibazobura kunkoranira bakantera, nkazimanganywa koko, jewe n’inzu yanje.” Yesaya 51:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwitegereze Aburahamu+ so+, na Sara+ uwahavuye abavyara mu bubabare bw’ukwibaruka. Kuko Aburahamu yari umwe igihe namuhamagara+, ndaheza ndamuhezagira, ndamugwiza+.
30 Nuko Yakobo abwira Simeyoni na Lewi+ ati: “Mwankwegeye gukumirwa mu kungira akanuka ku baba mu gihugu+, ku Banyakanani n’Abaperizi; ko ndi imparurwa+, ntibazobura kunkoranira bakantera, nkazimanganywa koko, jewe n’inzu yanje.”
2 Nimwitegereze Aburahamu+ so+, na Sara+ uwahavuye abavyara mu bubabare bw’ukwibaruka. Kuko Aburahamu yari umwe igihe namuhamagara+, ndaheza ndamuhezagira, ndamugwiza+.