Kuvayo 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ukuryo kwawe, ewe Yehova, kurerekanye ko ari ukw’ubushobozi bukomeye+,Ukuryo kwawe, ewe Yehova, umwansi kurasavya+. 1 Ngoma 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Iteka n’ubwiza bwakaka biri imbere yiwe+,Inkomezi n’akanyamuneza biri ahantu hiwe+. Yobu 40:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Enda niwisharize, wambare ubukuru+ n’ubukiruruke+;Niwambare iteka+ n’ubwiza bwakaka+. Zaburi 145:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kugira abana b’abantu bamenyeshwe ibikorwa vyiwe vy’inkomezi+,Be n’ubuninahazwa bw’ubwiza bwakaka bw’ingoma yiwe+.
6 Ukuryo kwawe, ewe Yehova, kurerekanye ko ari ukw’ubushobozi bukomeye+,Ukuryo kwawe, ewe Yehova, umwansi kurasavya+.
12 Kugira abana b’abantu bamenyeshwe ibikorwa vyiwe vy’inkomezi+,Be n’ubuninahazwa bw’ubwiza bwakaka bw’ingoma yiwe+.