ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Amaboko yawe ni yo yambumbabumvye, arankora+

      Uko nakabaye, impande zose, yamara ugira umire.

  • Yobu 31:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mbega Uwambumbiye mu nda si we yamubumvye na we+,

      Mbega uwaduteguriye mu gitereko si umwe rudende?

  • Zaburi 22:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Naterewe kuri wewe nkiva mu gitereko+;

      Wabaye Imana yanje kuva nkiri mu nda ya mama+.

  • Yesaya 46:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Nyumviriza, ewe nzu ya Yakobo, namwe mwese abasigaye b’inzu ya Isirayeli+, mwebwe abo natwaye kuva mukiri mu nda, abo nahetse kuva mukiri mu gitereko+.

  • Yohani 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nikodemu amubwira ati: “Umuntu ashobora gute kuvuka kandi ashaje? None arashobora kwinjira mu nda ya nyina ubugira kabiri hanyuma akavuka?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika