ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 33:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ya Mana yo mu gihe ca kera ni ubwikingo+,

      Munsi na ho hari ya maboko yamaho igihe kitagira urugero+.

      Azokwirukana umwansi imbere yawe+,

      Kandi azovuga ati: ‘Bazimanganye+!’

  • Zaburi 27:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.

      Ni nde nzotinya+?

      Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.

      Ni nde nzogirira ubwoba+?

  • Zaburi 28:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Yehova ni inkomezi ku bantu biwe+,

      Kandi ni igihome gikomeye c’ubukiriro buhambaye bw’uwo yarobanuje amavuta+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika