2 Samweli 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yowabu aca yinjira iyo umwami ari, avuga ati: “Wakoze ibiki+? Ehe Abuneri yaje kuri wewe. Kubera iki wamurungitse akigira? 2 Samweli 3:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nanje uno musi ndi goyigoyi, naho narobanujwe amavuta+ ngo mbe umwami, kandi aba bagabo, bene Zeruwiya+, barakaze birenze kuri jewe+. Yehova yishure uwukora ikibi nk’uko ububi bwiwe buri+.” Umusiguzi 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Narabonye abasuku ku mafarasi, mugabo abaganwa bakagendera hasi nk’abasuku+. Yesaya 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi abantu ntibazobura gutwazanya umukazo, mbere umwe wese atwaze umukazo mugenziwe+. Bazosimbiranako, agahungu gasimbire ku musaza+, uwubahwa buhoro na we asimbire ku wukwiye guterwa iteka+.
24 Yowabu aca yinjira iyo umwami ari, avuga ati: “Wakoze ibiki+? Ehe Abuneri yaje kuri wewe. Kubera iki wamurungitse akigira?
39 Nanje uno musi ndi goyigoyi, naho narobanujwe amavuta+ ngo mbe umwami, kandi aba bagabo, bene Zeruwiya+, barakaze birenze kuri jewe+. Yehova yishure uwukora ikibi nk’uko ububi bwiwe buri+.”
5 Kandi abantu ntibazobura gutwazanya umukazo, mbere umwe wese atwaze umukazo mugenziwe+. Bazosimbiranako, agahungu gasimbire ku musaza+, uwubahwa buhoro na we asimbire ku wukwiye guterwa iteka+.